2 Abami 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze umwami ategeka Hilikiya umuherezi na Ahikamu+ mwene Shafani na Akibori mwene Mikaya na Shafani umunyamabanga na Asaya+ umusuku w’umwami, ati: 2 Ngoma 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze umwami ategeka Hilikiya+ na Ahikamu+ mwene Shafani na Abudoni mwene Mika na Shafani+ umunyamabanga+ na Asaya+ umusuku w’umwami, ati: Yeremiya 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.
12 Maze umwami ategeka Hilikiya umuherezi na Ahikamu+ mwene Shafani na Akibori mwene Mikaya na Shafani umunyamabanga na Asaya+ umusuku w’umwami, ati:
20 Maze umwami ategeka Hilikiya+ na Ahikamu+ mwene Shafani na Abudoni mwene Mika na Shafani+ umunyamabanga+ na Asaya+ umusuku w’umwami, ati:
24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.