Ivyakozwe 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku musi ukurikira dushika i Sidoni, maze Yuliyo afatana ubuntu Paulo+ hanyuma aramwemerera kuja ku bagenzi biwe, akitwararikwa na bo+.
3 Ku musi ukurikira dushika i Sidoni, maze Yuliyo afatana ubuntu Paulo+ hanyuma aramwemerera kuja ku bagenzi biwe, akitwararikwa na bo+.