Yeremiya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi nzoshikiriza imanza ndabiciriye ku bw’ububi bwavyo bwose+, kubera bampevye+ kandi bakaba baguma bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ bongera bunamira ivyakozwe n’amaboko yabo+.’
16 Kandi nzoshikiriza imanza ndabiciriye ku bw’ububi bwavyo bwose+, kubera bampevye+ kandi bakaba baguma bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ bongera bunamira ivyakozwe n’amaboko yabo+.’