Kuvayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo abantu bose, ata n’umwe avuyemwo, bishura bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora+.” Buno nyene Musa asubirana amajambo yabo kwa Yehova+. Gusubira mu vyagezwe 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Wewe ubwawe niwegere, wumve ivyo Yehova Imana yacu azoba yavuze vyose. Ni wewe uzotubwira ivyo Yehova Imana yacu azoba yakubwiye vyose+, natwe ntituzobura kuvyumviriza, tubikore.’
8 Inyuma y’ivyo abantu bose, ata n’umwe avuyemwo, bishura bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora+.” Buno nyene Musa asubirana amajambo yabo kwa Yehova+.
27 Wewe ubwawe niwegere, wumve ivyo Yehova Imana yacu azoba yavuze vyose. Ni wewe uzotubwira ivyo Yehova Imana yacu azoba yakubwiye vyose+, natwe ntituzobura kuvyumviriza, tubikore.’