Yeremiya 42:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 egome, nimwumve rero ijambo rya Yehova, yemwe masigarira ya Yuda. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nimba vy’ukuri mwiyemeje kwinjira mu Misiri, mukinjira koko kugira mubeyo muri ba kavamahanga+,
15 egome, nimwumve rero ijambo rya Yehova, yemwe masigarira ya Yuda. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nimba vy’ukuri mwiyemeje kwinjira mu Misiri, mukinjira koko kugira mubeyo muri ba kavamahanga+,