ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’

  • Yeremiya 44:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi nzotora amasigarira ya Yuda yiyemeje kwinjira mu gihugu ca Misiri kubayo ari ba kavamahanga+, kandi bose bazoherengeterera koko mu gihugu ca Misiri+. Bazogwishwa n’inkota; kandi bazoherengetezwa n’ikigoyi+, kuva ku muto kuruta abandi bose gushika no ku wuhambaye kuruta abandi bose; bazokwicwa n’inkota be n’ikigoyi. Emwe, bazoba abo kuvumwa, akajoreza n’umuvumo n’iceyi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika