Hoseya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+. Amosi 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Yehova arahiye Ubukuru bwa Yakobo+, ati: ‘Sinzokwigera nibagira ibikorwa vyabo vyose+.
2 Kandi ntibibwira mu mutima wabo+ yuko nzokwibuka ububi bwabo bwose+. Ubu ibikorwa vyabo birabakikuje+. Biri imbere y’amaso yanje+.