-
Yeremiya 44:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 Kandi nzotora amasigarira ya Yuda yiyemeje kwinjira mu gihugu ca Misiri kubayo ari ba kavamahanga+, kandi bose bazoherengeterera koko mu gihugu ca Misiri+. Bazogwishwa n’inkota; kandi bazoherengetezwa n’ikigoyi+, kuva ku muto kuruta abandi bose gushika no ku wuhambaye kuruta abandi bose; bazokwicwa n’inkota be n’ikigoyi. Emwe, bazoba abo kuvumwa, akajoreza n’umuvumo n’iceyi+.
-