Yeremiya 43:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nzodomeka umuriro mu mazu y’imana za Misiri+; kandi Nebukadirezari azoyaturira koko maze azitware ari inyagano, yizingireko igihugu ca Misiri, nk’uko umwungere yizingirako impuzu yiwe+, kandi azovayo koko amahoro. Yeremiya 46:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umukobwa+ wa Misiri azomaramara koko. Azotangwa vy’ukuri mu kuboko kw’abantu bo mu buraruko+.’
12 Nzodomeka umuriro mu mazu y’imana za Misiri+; kandi Nebukadirezari azoyaturira koko maze azitware ari inyagano, yizingireko igihugu ca Misiri, nk’uko umwungere yizingirako impuzu yiwe+, kandi azovayo koko amahoro.