Itanguriro 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene Hamu bari Kushi+ na Mizirayimu+ na Puti+ na Kanani+. 1 Ngoma 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bene Hamu bari Kushi+ na Mizirayimu+, Puti+ na Kanani+.