Ezekiyeli 20:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe+ amaja mu karere ko mu bumanuko, utonyangirize+ amajambo mu bumanuko, ubwire ubuhanuzi ikibira co mu gahinga ko mu bumanuko.
46 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe+ amaja mu karere ko mu bumanuko, utonyangirize+ amajambo mu bumanuko, ubwire ubuhanuzi ikibira co mu gahinga ko mu bumanuko.