5 Kuko baduga, bo n’ibitungwa vyabo, kumwe n’amahema yabo. Baza ari benshi nk’inzige+, kandi bo n’ingamiya zabo ntibagira igitigiri+; baraza mu gihugu kugira bakiyogeze+.
12 Midiyani na Amaleki n’Abanyabuseruko+ bose bari barundaniye mu kiyaya co hasi ari benshi nk’inzige+; kandi ingamiya zabo+ ntizagira igitigiri, ari nyinshi nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga.