ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 3:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ibisagara barabisenyurira hasi+, igice c’itongo cose ciza na co bakakijugunyiramwo umwe wese ibuye ryiwe, bakacuzuza vy’ukuri; kandi imbizi yose y’amazi barayizibira+, igiti ciza cose na co bagatembagaza+, gushika aho muri co basigaza gusa amabuye ya Kiri-hareseti+; maze abateza amabuye umugozi batangura kuhazunguruka no kuhasasika.

  • Yesaya 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mowabu izoborogera Mowabu; mbere yose izoboroga+. Abakubititse bazonihagira koko kubera udutsima tw’inzabibu zumye tw’i Kiri-hareseti+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika