Guharura 32:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kandi bene Rubeni bubaka Heshiboni+ na Eleyale+ na Kiriyatayimu+, Yesaya 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma nzorira amarira ya Yazeri, ndizwa n’umuzabibu wa Sibuma+. Nzogutotesha amosozi yanje, ewe Heshiboni+ na Eleyale+, kuko akaruru kaguye mbere kw’ici ryawe no kw’iyimbura ryawe+.
9 Ni co gituma nzorira amarira ya Yazeri, ndizwa n’umuzabibu wa Sibuma+. Nzogutotesha amosozi yanje, ewe Heshiboni+ na Eleyale+, kuko akaruru kaguye mbere kw’ici ryawe no kw’iyimbura ryawe+.