Guharura 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Sihoni ntiyemerera Isirayeli guca mu karere kiwe+, mugabo Sihoni akoranya abantu biwe bose maze asohoka guhura na Isirayeli mu gahinga, ashika i Yahazi+ hanyuma atangura kurwana na Isirayeli. Gusubira mu vyagezwe 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Aho Sihoni asohokeye n’abantu biwe bose guhura natwe mu rugamba i Yahazi+, Abacamanza 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Sihoni agira amakenga ku vy’uko Isirayeli yorenganye gusa iciye mu karere kiwe, maze Sihoni akoraniriza hamwe abantu biwe bose, akambika i Yahazi+ hanyuma arwanya Isirayeli+.
23 Sihoni ntiyemerera Isirayeli guca mu karere kiwe+, mugabo Sihoni akoranya abantu biwe bose maze asohoka guhura na Isirayeli mu gahinga, ashika i Yahazi+ hanyuma atangura kurwana na Isirayeli.
20 Mugabo Sihoni agira amakenga ku vy’uko Isirayeli yorenganye gusa iciye mu karere kiwe, maze Sihoni akoraniriza hamwe abantu biwe bose, akambika i Yahazi+ hanyuma arwanya Isirayeli+.