ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kuko umuriro wavuye i Heshiboni+, urubeya rukava mu gisagara ca Sihoni.

      Rwayigije Ari+ h’i Mowabu, bene ibibanza bikirurutse* vya Arunoni.

  • Amosi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nanje nzorungika umuriro muri Mowabu, urigate iminara yo kubamwo y’i Keriyoti+; kandi Mowabu azopfira mu rwamo, bibe havuga ikimenyetso c’ukugabisha, humvikana ijwi ry’inzamba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika