ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bene Shemu bari Elamu+ na Ashuru+ na Arupakishadi+ na Ludi na Aramu.

  • Yesaya 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+.

  • Yeremiya 25:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 n’abami bose ba Zimuri n’abami bose ba Elamu+ n’abami bose b’Abamedi+;

  • Ezekiyeli 32:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Aho ni ho Elamu+ ari be n’isinzi ryiwe ryose rikikuje imva yiwe, bose ari abagandaguwe, abagwishwa n’inkota, bamanutse mu gihugu co munsi epfo ari abatagenyerewe, abakwiragije iterabwoba ryabo mu gihugu c’abazima; kandi bazokwikorera agateterwe kabo hamwe n’abamanuka muri ca cobo+.

  • Daniyeli 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+.

  • Ivyakozwe 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Abapariti n’Abamedi+ n’Abelamu+, n’ababa muri Mezopotamiya, n’i Yudaya+ n’i Kapadosi+, i Ponto+ no mu ntara ya Aziya+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika