ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 uwahora yama akubita inkoni ibisata vy’abantu n’uburake+, uwanesha amahanga n’ishavu n’akantu, akayahama uruhamo rutagira akarimbi+.

  • Yesaya 47:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+.

  • Yeremiya 30:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ni co gituma abakurotsa bose na bo bazorotswa+; nayo abarwanizi bawe bose, bazojanwa kugirwa imbohe bose+. Abagusahura bose bazoba koko abo gusahurwa, kandi abakunyaga bose nzobatanga banyagwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika