ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kubera uburakari bwa Yehova nta wuzoba iwe+, kandi azocika koko igiharabuga wese+. Nayo uwuzoca iruhande ya Babiloni wese, azomutamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyiwe vyose+.

  • Yeremiya 51:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 “Ewe kuntu Sheshaki afashwe+, ewe kuntu Shemezo ry’isi yose yifatishije+! Ewe kuntu Babiloni acitse akajoreza mu mahanga+!

  • Ivyahishuwe 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 bavuga bati: ‘Birababaje, birababaje—⁠ca gisagara gikomeye+, cambaye impuzu z’ilino nziza n’iz’umuyugubwe n’iz’agahama, kandi gisharijwe cane udusharizo tw’inzahabu n’amabuye y’agaciro be n’imaragarita+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika