Yesaya 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bariko baza bava mu gihugu ca kure cane+, ku mpera y’amajuru, Yehova n’ibirwanisho vy’urubanza rwiwe, ku bwo gusavya isi yose+. Yeremiya 51:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.
5 Bariko baza bava mu gihugu ca kure cane+, ku mpera y’amajuru, Yehova n’ibirwanisho vy’urubanza rwiwe, ku bwo gusavya isi yose+.
11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.