Zaburi 94:1 Bibiliya y’isi nshasha 94 Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, wewe Yehova+,Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, nusayangane+! Yeremiya 51:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.
11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.