Yeremiya 51:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Abantu ntibazokura kuri wewe ibuye rigenewe imfuruka canke ibuye rigenewe imishinge+, kuko uzoba ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+,” ni ko Yehova avuze. Ivyahishuwe 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni co gituma ivyago vyiwe+ bizoza mu musi umwe, urupfu n’ikigandaro n’ikigoyi, kandi azotongozwa umuriro+, kuko Yehova Imana amuciriye urubanza akomeye+.
26 “Abantu ntibazokura kuri wewe ibuye rigenewe imfuruka canke ibuye rigenewe imishinge+, kuko uzoba ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+,” ni ko Yehova avuze.
8 Ni co gituma ivyago vyiwe+ bizoza mu musi umwe, urupfu n’ikigandaro n’ikigoyi, kandi azotongozwa umuriro+, kuko Yehova Imana amuciriye urubanza akomeye+.