Ivyahishuwe 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko amahanga yose yaguye mu mutego kubera umuvinyu w’ishavu ry’ubusambanyi bwiwe+, kandi abami b’isi bakoranye na we ubusambanyi+, kandi abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi batungishijwe n’ububasha bw’ibihinda vyiwe vy’agaterasoni+.” Ivyahishuwe 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”
3 Kuko amahanga yose yaguye mu mutego kubera umuvinyu w’ishavu ry’ubusambanyi bwiwe+, kandi abami b’isi bakoranye na we ubusambanyi+, kandi abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi batungishijwe n’ububasha bw’ibihinda vyiwe vy’agaterasoni+.”
2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”