Yeremiya 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bazonywa koko maze bazungazunge, bamere nk’abasazi kubera inkota ngira ndabarungikemwo+.” Yeremiya 50:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.
38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.