Yesaya 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: nka kurya kw’ingeregere bahinze, na kurya kw’umukuku utagira uwuwegeranya+, ni ko bazohindukira, umwe wese aje ku bantu b’iwabo; kandi bazohunga, umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+. Yeremiya 50:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimurandure umubivyi muri Babiloni+, be n’uwukoresha agakero mu gihe c’iyimbura. Kubera inkota ihahaza, bazohindukira umwe wese aje ku bantu b’iwabo, kandi bazohunga umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+.
14 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: nka kurya kw’ingeregere bahinze, na kurya kw’umukuku utagira uwuwegeranya+, ni ko bazohindukira, umwe wese aje ku bantu b’iwabo; kandi bazohunga, umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+.
16 Nimurandure umubivyi muri Babiloni+, be n’uwukoresha agakero mu gihe c’iyimbura. Kubera inkota ihahaza, bazohindukira umwe wese aje ku bantu b’iwabo, kandi bazohunga umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+.