Zaburi 37:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi ntazobura kuzana ubugororotsi bwawe nk’umuco+,N’ubutungane bwawe nk’umutaga+. Mika 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzokwihanganira ubushangashirwe bwa Yehova—kuko namucumuyeko+—gushika yifatiye mu minwe urubanza rwanje, akantunganiriza koko+. Azonsohokana anjane ku muco; nzokwitegereza ubugororotsi bwiwe+.
9 Nzokwihanganira ubushangashirwe bwa Yehova—kuko namucumuyeko+—gushika yifatiye mu minwe urubanza rwanje, akantunganiriza koko+. Azonsohokana anjane ku muco; nzokwitegereza ubugororotsi bwiwe+.