Ivyahishuwe 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi+ araza avugana nanje, ati: “Ingo, nkwereke urubanza rwaciriwe wa mumaraya+ akomeye yicaye ku mazi menshi+, Ivyahishuwe 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.
17 Maze umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi+ araza avugana nanje, ati: “Ingo, nkwereke urubanza rwaciriwe wa mumaraya+ akomeye yicaye ku mazi menshi+,
15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.