ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 57:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Mugabo ababisha bameze nk’ikiyaga gisebagizwa, igihe kidashobora guhwama, amazi yaco akaba aguma asevya ivyatsi vyo mu kiyaga n’urwondo.

  • Yeremiya 51:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ewe mugore uba ku mazi menshi+, ukagira amatunga menshi+, iherezo ryawe rirashitse, ingero+ y’ukwironderera inyungu kwawe+.

  • Ivyahishuwe 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze ambwira ati: “Arya mazi wabonye, aho wa mumaraya yicaye, agereranya ibisata vy’abantu n’amasinzi n’amahanga n’indimi+.

  • Ivyahishuwe 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika