ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi nzoguha amatunga+ ari mu mwiza n’amatunga anyegejwe mu bwihisho, kugira ngo umenye yuko jewe ndi Yehova, Umwe aguhamagara mw’izina ryawe+, Imana ya Isirayeli.

  • Yeremiya 50:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Hari inkota yo kurwanya amafarasi yabo+ n’imikogote yabo y’intambara be n’uruvange rw’abantu rwose ruri hagati muri we+; emwe, bazocika nk’abagore+. Hari inkota yo kurwanya amatunga yiwe+; azosahurwa ata kabuza.

  • Ivyahishuwe 18:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 ububiko bwuzuye+ inzahabu n’ifeza n’amabuye y’agaciro n’imaragarita n’impuzu z’ilino nziza, n’iz’umuyugubwe n’iz’iharire n’iz’agahama; be n’ikintu cose co mu mbaho z’akamoto be n’ubwoko bwose bw’ivyo mu masenge n’ubwoko bwose bw’ivyo mu mbaho z’agaciro kuruta izindi zose, n’ivyo mu mujumpu n’ivyo mu cuma n’ivyo mu mabuye y’agaciro yitwa marimari+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika