Yesaya 45:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi nzoguha amatunga+ ari mu mwiza n’amatunga anyegejwe mu bwihisho, kugira ngo umenye yuko jewe ndi Yehova, Umwe aguhamagara mw’izina ryawe+, Imana ya Isirayeli.
3 Kandi nzoguha amatunga+ ari mu mwiza n’amatunga anyegejwe mu bwihisho, kugira ngo umenye yuko jewe ndi Yehova, Umwe aguhamagara mw’izina ryawe+, Imana ya Isirayeli.