Yeremiya 50:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Hari inkota yo kurwanya amafarasi yabo+ n’imikogote yabo y’intambara be n’uruvange rw’abantu rwose ruri hagati muri we+; emwe, bazocika nk’abagore+. Hari inkota yo kurwanya amatunga yiwe+; azosahurwa ata kabuza.
37 Hari inkota yo kurwanya amafarasi yabo+ n’imikogote yabo y’intambara be n’uruvange rw’abantu rwose ruri hagati muri we+; emwe, bazocika nk’abagore+. Hari inkota yo kurwanya amatunga yiwe+; azosahurwa ata kabuza.