Yesaya 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni co gituma amaboko yose azoregera*, n’umutima w’umuntu buntu wose ugashonga+. Yeremiya 50:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.
38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.