Zaburi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko, niyarondera amaraso yasheshwe+ abo ntazobura kubibuka+;Ntashobora kwibagira amaborogo y’abarushwa+. Ivyahishuwe 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”
12 Kuko, niyarondera amaraso yasheshwe+ abo ntazobura kubibuka+;Ntashobora kwibagira amaborogo y’abarushwa+.
10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”