Yesaya 46:1 Bibiliya y’isi nshasha 46 Beli+ yigonze+, Nebo arunamye; ibigirwamana vyabo+ vyabaye ivy’ibikoko be n’ivy’ibitungwa, imitwaro yavyo, imitekero, umuzigo w’ibikoko birushe. Yeremiya 50:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nimubimenyeshe mu mahanga, muvyamamaze+. Nimuduze ikimenyetso+; nimuvyamamaze. Ntihagire ico munyegeza. Muvuge muti: ‘Babiloni yafashwe+. Beli iramaramaye+. Merodaki itekewe n’ubwoba. Ibishusho vyiwe biramaramaye+. Ibigirwamana vyiwe vy’umwanda bitekewe n’ubwoba.’ Yeremiya 51:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 “Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzokwitaho ivy’ibishusho vyiwe bibajwe+, kandi mu gihugu ciwe hose uwatobekeranijwe azoniha+.”
46 Beli+ yigonze+, Nebo arunamye; ibigirwamana vyabo+ vyabaye ivy’ibikoko be n’ivy’ibitungwa, imitwaro yavyo, imitekero, umuzigo w’ibikoko birushe.
2 “Nimubimenyeshe mu mahanga, muvyamamaze+. Nimuduze ikimenyetso+; nimuvyamamaze. Ntihagire ico munyegeza. Muvuge muti: ‘Babiloni yafashwe+. Beli iramaramaye+. Merodaki itekewe n’ubwoba. Ibishusho vyiwe biramaramaye+. Ibigirwamana vyiwe vy’umwanda bitekewe n’ubwoba.’
52 “Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzokwitaho ivy’ibishusho vyiwe bibajwe+, kandi mu gihugu ciwe hose uwatobekeranijwe azoniha+.”