Yesaya 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uwuzobonwa wese azotobekeranywa, n’uwuzofatwa wese muri iryo kukumura azogwishwa n’inkota+; Daniyeli 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Muri iryo joro nyene, Belushazari umwami w’Umukaludaya aricwa+,