Zaburi 79:1 Bibiliya y’isi nshasha 79 Ewe Mana, amahanga yinjiye mu ntoranwa yawe+;Yahumanije urusengero rwawe rweranda+;Yagize Yeruzalemu ikirundo c’ibihomvagurike+. Gucura intimba 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umurwanizi yaramvuriye ukuboko ibintu bihimbaye vyiwe vyose+.Kuko yabonye amahanga yinjiye aheranda hiwe+,Ayo wategetse ko adakwiye kwinjira mw’ishengero ryawe.
79 Ewe Mana, amahanga yinjiye mu ntoranwa yawe+;Yahumanije urusengero rwawe rweranda+;Yagize Yeruzalemu ikirundo c’ibihomvagurike+.
10 Umurwanizi yaramvuriye ukuboko ibintu bihimbaye vyiwe vyose+.Kuko yabonye amahanga yinjiye aheranda hiwe+,Ayo wategetse ko adakwiye kwinjira mw’ishengero ryawe.