Yeremiya 49:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uguhinda agashitsi wahora uteza kwaraguhenze, ukwita imbere kw’umutima wawe+, ewe wewe uba mu bwihisho bw’urutare, wewe uri ahantu hakirurutse h’umurambi. Naho wubaka icari cawe hejuru cane nk’inkona+, nzokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze. Daniyeli 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Umwami avuga+ ati: “Mbega iyi si Babiloni Ikomeye, iyo ubwanje nubakiye inzu ya cami nkoresheje inkomezi z’ubushobozi bwanje+, nkayubakira kandi iteka ry’ubukuru bwanje+?”
16 Uguhinda agashitsi wahora uteza kwaraguhenze, ukwita imbere kw’umutima wawe+, ewe wewe uba mu bwihisho bw’urutare, wewe uri ahantu hakirurutse h’umurambi. Naho wubaka icari cawe hejuru cane nk’inkona+, nzokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
30 Umwami avuga+ ati: “Mbega iyi si Babiloni Ikomeye, iyo ubwanje nubakiye inzu ya cami nkoresheje inkomezi z’ubushobozi bwanje+, nkayubakira kandi iteka ry’ubukuru bwanje+?”