Yesaya 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+. Ivyahishuwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.
2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+.
16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.