Gusubira mu vyagezwe 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yamara Yehova ntiyabahaye umutima wo kumenya, n’amaso yo kubona, n’amatwi yo kwumva, gushika n’uyu musi+. Yeremiya 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko abantu banje ari ibipfu+. Ntibanyitayeho+. Ni abana batagira ubukerebutsi; kandi si abantu bafise ugutegera+. Ni inkerebutsi mu vy’ugukora ikibi, mugabo mu vy’ugukora iciza nta bumenyi vy’ukuri bafise+.
4 Yamara Yehova ntiyabahaye umutima wo kumenya, n’amaso yo kubona, n’amatwi yo kwumva, gushika n’uyu musi+.
22 Kuko abantu banje ari ibipfu+. Ntibanyitayeho+. Ni abana batagira ubukerebutsi; kandi si abantu bafise ugutegera+. Ni inkerebutsi mu vy’ugukora ikibi, mugabo mu vy’ugukora iciza nta bumenyi vy’ukuri bafise+.