Yeremiya 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.
39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.