2 Ngoma 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma akora inkingi zibiri imbere ya nya nzu+ zifise uburebure bw’amatambwe mirongo itatu n’atanu; umutwe w’inkingi+ wari hejuru kuri imwimwe yose wari ufise amatambwe atanu.
15 Hanyuma akora inkingi zibiri imbere ya nya nzu+ zifise uburebure bw’amatambwe mirongo itatu n’atanu; umutwe w’inkingi+ wari hejuru kuri imwimwe yose wari ufise amatambwe atanu.