ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze ashongesha inkingi zibiri z’umujumpu+, inkingi imwe yose ikaba yari ifise amahagarara y’amatambwe cumi n’umunani, kandi akagozi k’amatambwe cumi n’abiri ni ko kapima inkikuro y’imwimwe yose muri izo nkingi zibiri+.

  • 1 Abami 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko ahagarika inkingi+ z’ibaraza+ ry’urusengero. Ahagarika rero inkingi y’iburyo hanyuma ayita Yakini*, maze ahagarika inkingi y’ibubamfu hanyuma ayita Bowazi*.

  • 2 Abami 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Za nkingi+ z’umujumpu zari mu nzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ vyari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo i Babiloni+.

  • 2 Ngoma 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Za nkingi zibiri+ na ya mitwe y’inkingi+ yibumvye yari hejuru kuri izo nkingi zibiri, na za nsenga+ zibiri zo gupfuka nya mitwe y’inkingi yibumvye yari hejuru kuri izo nkingi,

  • Ivyahishuwe 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Uwutsinda—⁠nzomugira inkingi+ mu rusengero+ rw’Imana yanje+, kandi ntazogenda yongeye gusohoka ngo aruvemwo, kandi nzomwandikako izina ry’Imana yanje n’izina ry’igisagara c’Imana yanje, ari co Yeruzalemu+ nshasha imanuka iva mw’ijuru ku Mana yanje, be na rya zina ryanje rishasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika