Matayo 27:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Nko kw’isaha y’icenda, Yezu arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Eli, Eli, lama sabakitani?”, ni ukuvuga ngo: “Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?” Yohani 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”
46 Nko kw’isaha y’icenda, Yezu arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Eli, Eli, lama sabakitani?”, ni ukuvuga ngo: “Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?”
17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”