Zaburi 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+? Yesaya 53:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+. Mariko 15:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma kw’isaha y’icenda, Yezu arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Eli, Eli, lama sabakitani?”, bikaba bisobanura ngo: “Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?”
22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+?
10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.
34 Hanyuma kw’isaha y’icenda, Yezu arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Eli, Eli, lama sabakitani?”, bikaba bisobanura ngo: “Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?”