1 Abami 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze akora amakomamanga n’imisitari ibiri irya n’ino kuri rumwe muri izo nsenga, vyo gupfuka nya mitwe y’inkingi yari hejuru kuri nya nkingi; kandi ukwo ni ko yakoze ku bw’uwundi mutwe w’inkingi+. 2 Ngoma 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Vyongeye, akora iminyororo+ imeze nk’urunigi araheza ayishira hejuru kuri izo nkingi, akora n’amakomamanga+ ijana maze ayashira kuri iyo minyororo.
18 Maze akora amakomamanga n’imisitari ibiri irya n’ino kuri rumwe muri izo nsenga, vyo gupfuka nya mitwe y’inkingi yari hejuru kuri nya nkingi; kandi ukwo ni ko yakoze ku bw’uwundi mutwe w’inkingi+.
16 Vyongeye, akora iminyororo+ imeze nk’urunigi araheza ayishira hejuru kuri izo nkingi, akora n’amakomamanga+ ijana maze ayashira kuri iyo minyororo.