2 Ngoma 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hanyuma umuntu umwe w’Imana y’ukuri+ aza kuri we, avuga ati: “Ewe mwami, ingabo za Isirayeli ntizijane nawe, kuko Yehova atari kumwe na Isirayeli+, ni ukuvuga abahungu bose ba Efurayimu. Zaburi 78:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Ata ihema rya Yozefu+;Ntiyatora umuryango wa Efurayimu+.
7 Hanyuma umuntu umwe w’Imana y’ukuri+ aza kuri we, avuga ati: “Ewe mwami, ingabo za Isirayeli ntizijane nawe, kuko Yehova atari kumwe na Isirayeli+, ni ukuvuga abahungu bose ba Efurayimu.