1 Samweli 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Samweli na we avuga ati: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa+ be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka+ kuruta ikimazi+, kwumvira kukaruta ibinure+ vy’impfizi z’intama; Zaburi 51:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko udahimbarwa n’ikimazi, ahandiho nari kugitanga+;Ntuhimbarwa n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye+. Hoseya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko mpimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+, si ibimazi+; kandi mpimbarwa n’ukumenya Imana aho guhimbarwa n’amashikanwa aturirwa uko yakabaye+.
22 Samweli na we avuga ati: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa+ be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka+ kuruta ikimazi+, kwumvira kukaruta ibinure+ vy’impfizi z’intama;
16 Kuko udahimbarwa n’ikimazi, ahandiho nari kugitanga+;Ntuhimbarwa n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye+.
6 Kuko mpimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+, si ibimazi+; kandi mpimbarwa n’ukumenya Imana aho guhimbarwa n’amashikanwa aturirwa uko yakabaye+.