Zaburi 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibimazi n’amashikanwa ntivyaguhimbaye+;Aya matwi yanje warayazibūye+.Amashikanwa aturirwa be n’amashikanwa y’igicumuro nta yo wasavye+. Zaburi 50:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Singukangira ku vyerekeye ibimazi vyawe+Canke amashikanwa yawe aturirwa yama imbere yanje+. Yesaya 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki?”, ni ko Yehova avuga. “Mpāze amashikanwa aturirwa uko yakabaye+ y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+; kandi simpimbarwa+ n’amaraso+ y’ibimasa n’imyagazi y’intama y’amasuguru be n’amasuguru y’impene+. Yeremiya 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko ata co navuganye na ba sogokuruza banyu canke ngo ngire ico ndabategetse, ku musi nabakura mu gihugu ca Misiri, ku bijanye n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ikimazi+. Amosi 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.
6 Ibimazi n’amashikanwa ntivyaguhimbaye+;Aya matwi yanje warayazibūye+.Amashikanwa aturirwa be n’amashikanwa y’igicumuro nta yo wasavye+.
11 “Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki?”, ni ko Yehova avuga. “Mpāze amashikanwa aturirwa uko yakabaye+ y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+; kandi simpimbarwa+ n’amaraso+ y’ibimasa n’imyagazi y’intama y’amasuguru be n’amasuguru y’impene+.
22 Kuko ata co navuganye na ba sogokuruza banyu canke ngo ngire ico ndabategetse, ku musi nabakura mu gihugu ca Misiri, ku bijanye n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ikimazi+.
22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.