Yeremiya 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Hagarara mu kigo c’inzu ya Yehova+, uvuge ku bijanye n’ibisagara vyose vya Yuda biza kwunama mu nzu ya Yehova amajambo yose ngutegeka kubabwira+. Ntihagire ijambo ukuramwo+. Ezekiyeli 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi uze ubabwire amajambo yanje, bumva canke batumva, kuko ari abagarariji+. Ivyakozwe 20:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kuko ataho naretse kubabwira inama yose+ y’Imana.
2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Hagarara mu kigo c’inzu ya Yehova+, uvuge ku bijanye n’ibisagara vyose vya Yuda biza kwunama mu nzu ya Yehova amajambo yose ngutegeka kubabwira+. Ntihagire ijambo ukuramwo+.