Abalewi 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova. 2 Samweli 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe. Zaburi 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nta we yabesheye n’ururimi rwiwe+.Nta kibi na kimwe yakoreye mugenziwe+,Kandi nta ceyi yasize umugenzi wiwe somambike+. Imigani 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwugendagenda arondera kubeshera abandi ahishura ikiyago c’akabanga+; kandi ntukagiranire imigenderanire n’uwukwegakwegwa n’iminwa yiwe+. Yeremiya 6:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bose ni abantu b’akagagazo kuruta abandi+, abantu bagendagenda ari ababesheranyi+, bameze nk’umujumpu n’icuma. Bose bakora ivy’uguhonya+. Ezekiyeli 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+.
16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova.
27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe.
3 Nta we yabesheye n’ururimi rwiwe+.Nta kibi na kimwe yakoreye mugenziwe+,Kandi nta ceyi yasize umugenzi wiwe somambike+.
19 Uwugendagenda arondera kubeshera abandi ahishura ikiyago c’akabanga+; kandi ntukagiranire imigenderanire n’uwukwegakwegwa n’iminwa yiwe+.
28 Bose ni abantu b’akagagazo kuruta abandi+, abantu bagendagenda ari ababesheranyi+, bameze nk’umujumpu n’icuma. Bose bakora ivy’uguhonya+.
9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+.